Urwaruka rwa Senegal rwipfuza perezida w'ijunja n'ijambo

Yatangajwe

Uru rwaruka rusanga itwaro ziheze zitahaye agaciro gakwiye inyungu z'aba nye Senegal.