Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ubutegetsi bwa Myanmar bwatanze amahera yo kugwanya imbeba
Yatangajwe
Ubutegetsi bwa Myanmar bwatanze amasenti ane ku mbeba yishwe, inyuma yaho ibihumbi vy'imbeba bitereye ibigwati vyinshi vyo mu bumanuko bushira uburengero bwa Myanmar.
Abanyagihugu bo mu ntara ya Ayeyarwady bamaze iminsi cumi bagwanya imbeba ngo ntizibatere ingwara.
Ubutegetsi bw'akarere busigura ko imvura nyinshi imaze igihe igwa, ariyo yatumye imbeba zigwirirana zirya ibifungugwa vyari mu bigega mu bigwati bitandukanye.