BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
IKIBIRIRAHO, Trump yakiriye Xi n’iteka ridasanzwe mu rugendo arimwo muri Amerika
Perezida wa Amerika, Donald Trump, yakiriye mugenzi we w’Ubushinwa, Xi Jinping, ku kibuga ca gisirikare ca Joint Base Andrews, muri leta ya Maryland, mu ntango z’urugendo rwiwe rw’imisi itatu.
Ethiopia na Tigray vyagirizanya kugaba ibitero, ibituma haba ubwoba ko intambara yosubira
Reta ya Ethiopia hamwe n’umugambwe ugenzura intara ya Tigray iri mu buraruko bw’ico gihugu vyagirizanya kugaba ibitero, bituma haba ubwoba bw’uko intambara ikomeye ishobora gusubira kwaduka.
Kubera iki intumwa za Cuba zivumbuye igihe Trump yashikiriza ijambo muri ONU?
Igihe Perezida Donald Trump wa Amerika yashikiriza ijambo mu nama ya bose muri ONU, intumwa za Cuba zarivumbuye
AFC/M23 yahakanye ko yishe abacukuzi ikanajana ubutare mu Rwanda
Umuhari AFC/M23 wahakanye ivyagiriji vya Amnesty International bivuga ko wishe kandi ugahohotera abacukuzi bato bato, ukanatwara inzahabu na coltan mu Rwanda.
U Rwanda n'Ububiligi byatangaje ko bisubijeho umubano wa dipolomasi
U Rwanda n'Ububiligi – bwahoze burukoloniza – byari byacanye umubano mu mwaka ushize ku mpamvu zifitanye isano n'intambara yo mu burasirazuba bwa Repubulika ya Demokarasi ya Congo.
Mark Doyle wabaye umunyamakuru wa BBC, wataye amakuru mu Rwanda muri jenoside, yapfuye ku myaka 67
Doyle yamenyekanye cyane ku gutangaza amakuru ku ntambara zo muri Afurika mu myaka ya 1990 no mu myaka ya 2000, cyane cyane mu Rwanda no muri Sierra Leone.
Video, Dr Bajinya imbere y'ubutabera bw'Ubwongereza, Umwanya bimara 4,09
Ubwongereza bwatanguye kuburanisha umuntu wa mbere ku vyaha bifitaniye isano na jenoside yo mu Rwanda.
Umuganga yarengukishijwe imbere ya sentare yo mu Bwongereza ku vyaha vya jenoside yo mu Rwanda
Dr Vincent Brownyarengukishijwe inyuma y'amatohoza yari amaze imyaka indwi akorwa n'Ubwongereza ku bwicanyi bwo mu 1994.
Rwanda: Umukuru wa FERWAFA yasinye amasezerano y'igihano gisubitswe, ihazabu no gufungurwa
Umunyamategeko we Me Christophe Niyomugabo yabwiye BBC ko hisunzwe aya amasezerano Ngoga Fabrice agomba gufungurwa akava muri gereza ya Mageragere uyu munsi.
Lithuania yiteguye 'kwivuna' Uburusiya, ariko kandi ifise n'integuro zo guhungisha abantu-umushikiranganji wa mbere
Umushikiranganji wa mbere Mindaugas Sinkevičius yabwiye BBC ko igihugu ciwe kidashobora "kumanika amaboko" mu gihe coterwa n'Uburusiya.
Burnham avuga ko Ubwongereza buzoha Arabia Saoudite imfashanyo ya gisirikare ‘yo kwikingira’
Andy Burnham yavuze ko Ubwongereza buzoha Arabia Saoudite imfashanyo "yo kwikingira" mu guha igitoro indege z’intambara zikiri mu kirere, inyuma y’ibitero ico gihugu cagabweko n’aba Houthi bo muri Yemen bashigikiwe na Iran.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Impaka zikomeye mu rubanza rwa Victoire Ingabire ku busabe bwo kuburanira mu muhezo
Ingabire akurikiranyweho ibyaha 7 birimo kurema umutwe w'abagizi ba nabi no gushaka guhirika ubutegetsi, ibyaha we ahakana.
Michelle Bachelet yikuye mu guhatanira kuba umukuru wa ONU
Uyu wahoze ari Perezida wa Chili akuyemo kandidatire ye nyuma y'ibyumweru itora ryo gupima uko abakandida bahagaze rimushyize ku mwanya ubanziriza uwa nyuma.
RD Congo: Mutamba wabaye Minisitiri w'ubutabera yakatiwe imyaka 10 y'imirimo y'agahato kubera kunyereza imari ya leta
Mutamba, utarigeze yitabira amaburanisha, yavuze ko urwo rubanza ari igikorwa gishingiye ku mpamvu za politike cyakozwe n'abatavuga rumwe na we.
Amerika na Denmark byageze ku masezerano kuri Greenland nyuma yuko Trump akangishije kuyigarurira
Trump avuga ko ayo masezerano aha Amerika "ubugenzuzi buhoraho ku mutekano, n'ibindi byose bicyenewe, muri Greenland", nubwo amakuru arambuye atemejwe n'abategetsi bo muri Denmark.
Video, AI ihabwe amakuru nyayo – Impuguke mu ikoranabuhanga Neza Nice Fabrice, Umwanya bimara 3,35
Umunyarwanda Neza Nice Fabrice, impuguke mu by'umutekano wo kuri murandasi, arasobanura byinshi ushobora kuba wibaza ku bwenge buhangano.
'Guhemukira igihugu' vyoba bikoreshwa mu kunumya abatavuga rumwe n'ubutegetsi muri Afrika?
Amashirahamwe aharanira agateka ka zina muntu na yo agabisha ko ivyaha bijanye n'umutekano w'igihugu, iyo bidasiguwe neza mu mategeko, bishobora gukoreshwa mu kubuza abanyapolitike gukora ibikorwa vyabo mu mahoro.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































