BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
Bwa mbere, Zambia yasobanuye impamvu yanze inkunga y'ubuzima ya Washington
Ibihugu bitandukanye bya Afurika byemeye amasezerano y'inkunga mu by'ubuzima agendanye na politike nshya y'ubutegetsi bwa Donald Trump.
Ibitero 'by'ubukana burenze" i Kalehe muri DR Congo
Jacques Kongolo, umujyanama wa Perezida Félix Tshisekedi yabwiye BBC kuri uyu wa mbere ko uruhande rwa leta atari rwo ruhonyora amasezerano y'agahenge.
Iran ivuga ko yasubije inyuma ubwato bwa Amerika bwinjira mu muhora wa Hormuz
Igisirikare ca Amerika cahakanye amakuru yuko ubwo bwato bwabo bwarashweho za misile na Iran.
Uganda: Uko BBC yamenye uburiganya bukoresha imbwa mu kwaka amafaranga abakunzi b'inyamaswa
Abagiraneza batabizi b'ahatandukanye ku isi bohereza amadorari ibihumbi yo kurokora inyamaswa zibabaye, ariko bakayaha abatekamutwe bo muri Uganda.
Ni iki Kagame yaganiriye na Samia mu ruzinduko yagiyemo i Dar es Salaam?
Abakuru b'ibihugu iyo bahuye mu bihe nk'ibi kenshi baganira ibirenze ibisohoka mu matangazo no mu biganiro n'abanyamakuru.
Bafise ubwoba kubera ingingo ya Trump yo kugabanya ingabo za Amerika mu Budagi
Donald Trump yafashe ingingo yo gutahukana ingabo 5000 inyuma y'uko acanyemwo n'umukuru wa Reta y'Ubudagi Friedrich Merz kubera amajambo yavuze ko Amerika iriko "iramaramazwa” na Irani.
Icegeranyo gishasha ca RSF ku bwigenge bwo kumenyesha amakuru gishira u Rwanda ku mwanya wa nyuma muri Afrika y'Ubuseruko
Hari ibihugu bifise ukwidegemvya muri rusangi kuruta ibindi, mu gihe ahandi abamenyeshamakuru baguma bahura n'ingorane zikomeye.
Ingene Ukraine iriko irondera kwungukira ku ntambara yo muri Irani mu buryo butangaje
Perezida Zelensky amaze igihe agira ingendo mu bihugu vyo mu Kigobe c'Abarabu arondera kwerekana ubuhinga bwa gisirikare bw'igihugu ciwe.
Inkuru itangaje y'ano mahasa yakurikiranye mu kuvuka, ariko bafise ba se batandukanye
Lavinia na Michelle ni yo mahasa yonyene amaze kumenyekana mu Bwongereza afise ba se batandukanye .
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Ese koko wakwizera inama zijyanye n'ubuzima ugirwa na 'chatbot' y'ubwenge buhangano?
Abi yahawe amakuru y'imvange ubwo yabazaga uburyo bwa 'chatbot' ngo bumuyobore ku bibazo by'ubuzima yari afite.
2026: Menya amafaranga afite agaciro ko hasi kurenza ayandi ku isi
Idolari rya Amerika ni ryo faranga rigurishwa cyane ku isi, nubwo atari ryo faranga rikomeye ku isi ( agaciro gakomeye ubu gafite i Dinari rya Kuwait).
Washington irinubira ko Zambia irimo kuzarira kwemera amasezerano y'inkunga atavugwaho rumwe
Washington yari yahaye Lusaka igihe ntarengwa cy’ejo kuwa kane kuba yemeye iyo nkunga ya Amerika mu by'ubuzima na yo igafungurirwa imiryango ku mabuye y'agaciro n'amakuru(data) y'ubuzima.
‘Dushobora kumara igihe kirekire hano’ - ‘Couple’ y’Abongereza ifungiye muri Iran
Ku nshuro ya mbere, Lindsay Foreman na Craig Foreman bavuganye n’itangazamakuru kuva batawe muri yombi bari mu rugendo kuri moto.
'Ese Nashakana n'Umwicanyi?' – Inkuru idasanzwe y'urukundo yagaragaje umwicanyi
Wabigenza ute umuntu ukunda nyabyo akubwiye ko yishe umuntu? Biroroshye kwibaza ko wahita ukora igikwiye utiriwe ushidikanya, ariko iyi nkuru irabishyira mu buzima nyabwo.
'Byari bimeze nka filime'- Umugabo yagarutse mu rugo ari muzima nyuma y'uko abe bari bamaze 'kumushyingura'
Umuryango wa Godwin Baguma wari wemeje neza ko ari we wapfuye nyuma yo kumubura, ariko nyuma yo gushyingura batungurwa no kumubona ari muzima.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango









































